-
1 Abami 8:64Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
64 Kuri uwo musi, vyabaye ngombwa ko umwami yeza igice co hagati c’ikigo kiri imbere y’inzu ya Yehova. Ni ho yaciye ashikanira ibimazi biturirwa, amashikanwa y’intete n’ibihimba binuze vy’ibimazi vyo gusangira. Yabigize kubera ko igicaniro c’umujumpu+ kiri imbere ya Yehova cabaye gitoya cane ku buryo kidakwirwamwo ivyo bimazi biturirwa, ayo mashikanwa y’intete n’ivyo bihimba binuze+ vy’ibimazi vyo gusangira.
-