1 Abami 8:66 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 66 Ku musi ukurikira*, umwami asezera abantu maze baramuhezagira. Baca barataha banezerewe kandi baryohewe mu mutima kubera ivyiza vyose+ Yehova yakoreye umusavyi wiwe Dawidi n’ihanga ryiwe Isirayeli.
66 Ku musi ukurikira*, umwami asezera abantu maze baramuhezagira. Baca barataha banezerewe kandi baryohewe mu mutima kubera ivyiza vyose+ Yehova yakoreye umusavyi wiwe Dawidi n’ihanga ryiwe Isirayeli.