1 Abami 9:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Salomo yamaze imyaka 20 yubaka za nzu zibiri, ni ukuvuga ya nzu ya Yehova n’ikirimba* ciwe+.