1 Abami 9:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Abwira Salomo ati: «Ibi bisagara wampaye ni bwoko ki ga mwenewacu?» Baraheza bavyita akarere ka Kabuli* gushika n’uyu musi.
13 Abwira Salomo ati: «Ibi bisagara wampaye ni bwoko ki ga mwenewacu?» Baraheza bavyita akarere ka Kabuli* gushika n’uyu musi.