1 Abami 9:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 (Farawo umwami wa Misiri yari yarateye igisagara ca Gezeri aragifata, maze agituriza umuriro, yica n’Abanyakanani+ bakibamwo. Yahavuye agiha umukobwa wiwe+ nk’ingabire* igihe yaja kwubakana na Salomo.)
16 (Farawo umwami wa Misiri yari yarateye igisagara ca Gezeri aragifata, maze agituriza umuriro, yica n’Abanyakanani+ bakibamwo. Yahavuye agiha umukobwa wiwe+ nk’ingabire* igihe yaja kwubakana na Salomo.)