1 Abami 9:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 ibisagara vyiwe vyose vyo kubikamwo ibintu, ibisagara vyo kubikamwo imikogote+ n’ibisagara vy’abagendera ku mafarasi. Yubaka n’ivyo yipfuza kwubaka vyose i Yeruzalemu, i Libani n’ahandi hose mu gihugu yaganza.
19 ibisagara vyiwe vyose vyo kubikamwo ibintu, ibisagara vyo kubikamwo imikogote+ n’ibisagara vy’abagendera ku mafarasi. Yubaka n’ivyo yipfuza kwubaka vyose i Yeruzalemu, i Libani n’ahandi hose mu gihugu yaganza.