1 Abami 9:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Maze umukobwa wa Farawo+ ava mu gisagara ca Dawidi+, yimukira mu nzu yiwe Salomo yamwubakiye. Salomo araheza yubaka ka gasozi Milo*+.
24 Maze umukobwa wa Farawo+ ava mu gisagara ca Dawidi+, yimukira mu nzu yiwe Salomo yamwubakiye. Salomo araheza yubaka ka gasozi Milo*+.