1 Abami 10:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Ashika i Yeruzalemu aherekejwe n’abantu benshi cane+ n’ingamiya zitwaye amavuta amota neza*+, inzahabu nyinshi cane n’amabuye y’agaciro. Yinjira aho Salomo ari, maze bayaga ivyari ku mutima wiwe vyose.
2 Ashika i Yeruzalemu aherekejwe n’abantu benshi cane+ n’ingamiya zitwaye amavuta amota neza*+, inzahabu nyinshi cane n’amabuye y’agaciro. Yinjira aho Salomo ari, maze bayaga ivyari ku mutima wiwe vyose.