1 Abami 10:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Umwami Salomo na we aha umwamikazi w’i Sheba ikintu cose yipfuza n’ico yasavye cose. Aho ntituvuze ivyo umwami yamuhaye atarinze kumusaba*. Uwo mwamikazi araheza asubira mu gihugu ciwe ari kumwe n’abasuku biwe+.
13 Umwami Salomo na we aha umwamikazi w’i Sheba ikintu cose yipfuza n’ico yasavye cose. Aho ntituvuze ivyo umwami yamuhaye atarinze kumusaba*. Uwo mwamikazi araheza asubira mu gihugu ciwe ari kumwe n’abasuku biwe+.