1 Abami 10:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Hariho ingazi y’intambuko zitandatu zishikana kuri nya ntebe y’ubwami, kandi ku mutwe wayo hari hihese nk’inkofero. Iyo ntebe yari ifise ahantu ho gushira amaboko ku mpande zayo zompi, hafi yaho hakaba hariho intare+ zibiri.
19 Hariho ingazi y’intambuko zitandatu zishikana kuri nya ntebe y’ubwami, kandi ku mutwe wayo hari hihese nk’inkofero. Iyo ntebe yari ifise ahantu ho gushira amaboko ku mpande zayo zompi, hafi yaho hakaba hariho intare+ zibiri.