1 Abami 10:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Kandi abantu bo kw’isi yose bararondera ingene bobonana na Salomo kugira bumve ubukerebutsi Imana yamuhaye+.
24 Kandi abantu bo kw’isi yose bararondera ingene bobonana na Salomo kugira bumve ubukerebutsi Imana yamuhaye+.