1 Abami 10:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Umukogote uvuye mu Misiri wagurwa ifeza 600, ifarasi na yo ikagurwa 150. Baraheza bakabigurisha ku bami bose b’Abaheti+ n’abami ba Siriya. 1 Abami Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 10:29 Be maso!,1/2011, rup. 16
29 Umukogote uvuye mu Misiri wagurwa ifeza 600, ifarasi na yo ikagurwa 150. Baraheza bakabigurisha ku bami bose b’Abaheti+ n’abami ba Siriya.