1 Abami 11:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Salomo akora ivyo Yehova yabona ko ari bibi, ntiyagamburukira Yehova n’umutima wiwe wose* nka se Dawidi+.
6 Salomo akora ivyo Yehova yabona ko ari bibi, ntiyagamburukira Yehova n’umutima wiwe wose* nka se Dawidi+.