1 Abami 11:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Maze Yehova atuma Hadadi aba umwansi wa Salomo+. Yari Umunyedomu ava mu muryango wa cami wo muri Edomu+.
14 Maze Yehova atuma Hadadi aba umwansi wa Salomo+. Yari Umunyedomu ava mu muryango wa cami wo muri Edomu+.