1 Abami 11:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Bava rero i Midiyani* baja i Parani, maze bahitana abagabo i Parani+ baraheza baja mu Misiri kwa Farawo umwami wa Misiri. Umwami amuha inzu n’itongo, ategeka kandi ko baza baramuha imfungurwa.
18 Bava rero i Midiyani* baja i Parani, maze bahitana abagabo i Parani+ baraheza baja mu Misiri kwa Farawo umwami wa Misiri. Umwami amuha inzu n’itongo, ategeka kandi ko baza baramuha imfungurwa.