1 Abami 11:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Farawo yarakunze cane Hadadi ku buryo amuha mwenewabo n’umugore wiwe ngo bubakane. Muka Farawo, ari we mwamikazi*, yitwa Tahupenesi.
19 Farawo yarakunze cane Hadadi ku buryo amuha mwenewabo n’umugore wiwe ngo bubakane. Muka Farawo, ari we mwamikazi*, yitwa Tahupenesi.