1 Abami 11:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Mu nyuma mwenewabo na Tahupenesi avyarira Hadadi umuhungu yitwa Genubati, maze Tahupenesi amutwara kumurerera* ku kirimba kwa Farawo. Genubati aguma kwa Farawo, akurana n’abana biwe.
20 Mu nyuma mwenewabo na Tahupenesi avyarira Hadadi umuhungu yitwa Genubati, maze Tahupenesi amutwara kumurerera* ku kirimba kwa Farawo. Genubati aguma kwa Farawo, akurana n’abana biwe.