1 Abami 11:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Hadadi ari mu Misiri yumva yuko Dawidi yapfuye+ be n’uko Yowabu umukuru w’ingabo na we nyene yapfuye+. Hadadi abwira rero Farawo ati: «Nkundira nje mu gihugu iwacu.»
21 Hadadi ari mu Misiri yumva yuko Dawidi yapfuye+ be n’uko Yowabu umukuru w’ingabo na we nyene yapfuye+. Hadadi abwira rero Farawo ati: «Nkundira nje mu gihugu iwacu.»