-
1 Abami 11:22Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
22 Mugabo Farawo amubwira ati: «Hari ico wabuze aha iwanje aho urondera gusubira mu gihugu iwanyu?» Amwishura ati: «Nta na kimwe, ariko ndakwinginze undeke ngende.»
-