1 Abami 11:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Imana ituma haza uwundi mwansi arwanya Salomo+. Yitwa Rezoni akaba yari mwene Eliyada. Rezoni yari yarahunze shebuja Hadadezeri+ umwami w’i Zoba.
23 Imana ituma haza uwundi mwansi arwanya Salomo+. Yitwa Rezoni akaba yari mwene Eliyada. Rezoni yari yarahunze shebuja Hadadezeri+ umwami w’i Zoba.