1 Abami 11:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Igihe Dawidi yatsinda* abantu b’i Zoba+, Rezoni yaciye arondera abagabo bamwiyungako, kaba akagwi k’abambuzi, na we aba umukuru wako. Baja rero i Damasiko+ bagumayo, maze batangura kuganza aho i Damasiko.
24 Igihe Dawidi yatsinda* abantu b’i Zoba+, Rezoni yaciye arondera abagabo bamwiyungako, kaba akagwi k’abambuzi, na we aba umukuru wako. Baja rero i Damasiko+ bagumayo, maze batangura kuganza aho i Damasiko.