1 Abami 11:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Mu nyuma haza Yerobowamu+ mwene Nebati, Umwefurayimu w’i Sereda. Yari umusuku wa Salomo+, nyina akaba yari umupfakazi yitwa Zeruwa. Yerobowamu na we nyene atangura kugarariza* umwami+.
26 Mu nyuma haza Yerobowamu+ mwene Nebati, Umwefurayimu w’i Sereda. Yari umusuku wa Salomo+, nyina akaba yari umupfakazi yitwa Zeruwa. Yerobowamu na we nyene atangura kugarariza* umwami+.