-
1 Abami 12:33Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
33 Yerobowamu atangura rero gushikana amashikanwa ku gicaniro yari yarubatse i Beteli, ku musi ugira 15 w’ukwezi kw’umunani. Ni we yahisemwo ukwo kwezi. Atanguza uwo musi mukuru kugira Abisirayeli bazoze barawuhimbaza, atanga n’amashikanwa kuri nya gicaniro umwotsi urafumba.
-