1 Abami 13:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Mugabo nya muntu w’Imana y’ukuri yishura umwami ati: «Naho wompa ica kabiri c’ivyo utunze*, sinojana nawe ngo ngire ico ndira canke nywera aha hantu.
8 Mugabo nya muntu w’Imana y’ukuri yishura umwami ati: «Naho wompa ica kabiri c’ivyo utunze*, sinojana nawe ngo ngire ico ndira canke nywera aha hantu.