-
1 Abami 13:11Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
11 Aho i Beteli hari umuhanuzi w’umutama. Abahungu biwe batashe, bamubwira ibintu vyose wa muntu w’Imana y’ukuri yakoreye i Beteli uwo musi n’ivyo yabwiye umwami. Bamaze kubimwiganira,
-