1 Abami 13:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Nuko akurikira wa muntu w’Imana y’ukuri, amusanga aho yicaye munsi y’igiti kinini. Maze amubaza ati: «Woba uri wa muntu w’Imana y’ukuri yavuye mu Buyuda+?» Na we ati: «Ni jewe.»
14 Nuko akurikira wa muntu w’Imana y’ukuri, amusanga aho yicaye munsi y’igiti kinini. Maze amubaza ati: «Woba uri wa muntu w’Imana y’ukuri yavuye mu Buyuda+?» Na we ati: «Ni jewe.»