1 Abami 13:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Wa muhanuzi aca amubwira ati: «Nanje ndi umuhanuzi nkawe, kandi Yehova yatumye umumarayika wiwe kumbwira ati: “Genda umugarukane aze iwawe kugira umuhe ico afungura n’ico anywa*.”» (Yariko aramuhenda.) 1 Abami Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 13:18 Umunara w’Inderetsi,15/8/2008, rup. 9
18 Wa muhanuzi aca amubwira ati: «Nanje ndi umuhanuzi nkawe, kandi Yehova yatumye umumarayika wiwe kumbwira ati: “Genda umugarukane aze iwawe kugira umuhe ico afungura n’ico anywa*.”» (Yariko aramuhenda.)