1 Abami 13:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 ugasubira inyuma, ukarira ukongera ukanywera aha hantu, kandi yari yakubwiye ati: ‘Ntihaze hagire ico urya canke ico unywa*’, umuvyimba wawe ntibazowuhamba aho bahamvye ba sokuruza bawe+.”»
22 ugasubira inyuma, ukarira ukongera ukanywera aha hantu, kandi yari yakubwiye ati: ‘Ntihaze hagire ico urya canke ico unywa*’, umuvyimba wawe ntibazowuhamba aho bahamvye ba sokuruza bawe+.”»