-
1 Abami 13:25Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
25 Maze abantu bariko bararengana babona nya muvyimba uri aho ku nzira, na ya ntambwe ihagaze iruhande yawo. Bashitse mu gisagara wa muhanuzi w’umutama yabamwo, batangura kuvyiganira abantu.
-