-
1 Abami 13:28Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
28 Maze aragenda, asanga wa muvyimba ku nzira, ya ndogobwa na ya ntambwe bihagaze iruhande yawo. Iyo ntambwe ntiyariye uwo muvyimba canke ngo itabagure iyo ndogobwa.
-