-
1 Abami 13:29Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
29 Uwo muhanuzi aca aterura umuvyimba wa nya muntu w’Imana y’ukuri, awushira ku ndogobwa. Araheza amugarukana mu gisagara abamwo kugira ngo amuririre yongere amuhambe.
-