1 Abami 13:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Bamaze kumuhamba, uwo muhanuzi abwira abahungu biwe ati: «Ninapfa muze mumpambe aho uyu muntu w’Imana y’ukuri yahambwe. Amagufa yanje muze muyashire iruhande y’ayiwe+.
31 Bamaze kumuhamba, uwo muhanuzi abwira abahungu biwe ati: «Ninapfa muze mumpambe aho uyu muntu w’Imana y’ukuri yahambwe. Amagufa yanje muze muyashire iruhande y’ayiwe+.