-
1 Abami 14:3Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
3 Genda utwaye imikate cumi n’utundi dukate tumijagiyeko udutete be n’agakarabo k’ubuki, uheze uje iwe. Arakubwira ibizoshikira uyu muhungu wacu.»
-