-
1 Abami 14:17Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
17 Nuko umugore wa Yerobowamu arahaguruka afata inzira, ashika i Tiruza. Agishika ku muryango iwe, wa muhungu aca arapfa.