1 Abami 15:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Yamaze imyaka itatu aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Mayaka+, akaba yari umwuzukuru wa Abishalomu*.
2 Yamaze imyaka itatu aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Mayaka+, akaba yari umwuzukuru wa Abishalomu*.