1 Abami 15:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Nayo ibisigaye ku vyerekeye Abiyamu, ni ukuvuga ivyo yakoze vyose, vyanditswe mu gitabu kivuga ivyabaye mu gihe c’abami b’Ubuyuda+. Hagati ya Abiyamu na Yerobowamu, na ho nyene harabaye intambara+.
7 Nayo ibisigaye ku vyerekeye Abiyamu, ni ukuvuga ivyo yakoze vyose, vyanditswe mu gitabu kivuga ivyabaye mu gihe c’abami b’Ubuyuda+. Hagati ya Abiyamu na Yerobowamu, na ho nyene harabaye intambara+.