1 Abami 15:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Maze Abiyamu arapfa, bamuhamba mu gisagara ca Dawidi. Umuhungu wiwe Asa+ aca atangura kuganza mu kibanza ciwe+.
8 Maze Abiyamu arapfa, bamuhamba mu gisagara ca Dawidi. Umuhungu wiwe Asa+ aca atangura kuganza mu kibanza ciwe+.