1 Abami 15:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Nayo ibisigaye vyose ku vyerekeye Asa, ni ukuvuga ububasha bwose yerekanye, ivyo yakoze vyose n’ibisagara yubatse*, vyanditswe mu gitabu kivuga ivyabaye mu gihe c’abami b’Ubuyuda. Mugabo amaze gusaza yararwaye ibirenge+.
23 Nayo ibisigaye vyose ku vyerekeye Asa, ni ukuvuga ububasha bwose yerekanye, ivyo yakoze vyose n’ibisagara yubatse*, vyanditswe mu gitabu kivuga ivyabaye mu gihe c’abami b’Ubuyuda. Mugabo amaze gusaza yararwaye ibirenge+.