1 Abami 15:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Akimara kuba umwami, yica abo mu muryango wa Yerobowamu bose, ntihagira n’umwe asigaza*. Yarabazimanganije nk’uko Yehova yari yarabivuze biciye ku musavyi wiwe Ahiya w’i Shilo+.
29 Akimara kuba umwami, yica abo mu muryango wa Yerobowamu bose, ntihagira n’umwe asigaza*. Yarabazimanganije nk’uko Yehova yari yarabivuze biciye ku musavyi wiwe Ahiya w’i Shilo+.