1 Abami 16:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Ni co gituma ngira ndagukuburane n’umuryango wawe, ewe Bayasha, ntihagire n’igisigara. Umuryango wawe nzowugira nk’uko nagize umuryango wa Yerobowamu+ mwene Nebati.
3 Ni co gituma ngira ndagukuburane n’umuryango wawe, ewe Bayasha, ntihagire n’igisigara. Umuryango wawe nzowugira nk’uko nagize umuryango wa Yerobowamu+ mwene Nebati.