7 Yehova yaciriye urubanza Bayasha n’umuryango wiwe biciye ku muhanuzi Yehu mwene Hanani kubera ibibi vyose yakoreye imbere ya Yehova. Yakoze nk’ivyo abo mu muryango wa Yerobowamu bakoze, ababaza Imana. Ikindi catumye amucira urubanza ni uko yishe Nadabu+.