-
1 Abami 16:9Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
9 Umusuku wiwe Zimuri yari umukuru w’ica kabiri c’ingabo zirwanira ku mikogote. Nuko Zimuri ategura umugambi wo kugirira nabi umwami. Ico gihe umwami yari i Tiruza, mu nzu y’uwagaba ivyo ku kirimba i Tiruza yitwa Ariza. Yariko aranywa yaborewe.
-