1 Abami 16:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Zimuri arinjira aramwica+, aca atangura kuganza mu kibanza ciwe. Hari mu mwaka ugira 27 Asa umwami w’Ubuyuda aganza.
10 Zimuri arinjira aramwica+, aca atangura kuganza mu kibanza ciwe. Hari mu mwaka ugira 27 Asa umwami w’Ubuyuda aganza.