1 Abami 16:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Ivyo yabigize kubera ibicumuro vyose Bayasha n’umuhungu wiwe Ela bakoze bagatuma n’Abisirayeli bacumura. Bacumuje Abisirayeli mu gusenga ibigirwamana ata co bimaze, bababaza Yehova Imana ya Isirayeli+.
13 Ivyo yabigize kubera ibicumuro vyose Bayasha n’umuhungu wiwe Ela bakoze bagatuma n’Abisirayeli bacumura. Bacumuje Abisirayeli mu gusenga ibigirwamana ata co bimaze, bababaza Yehova Imana ya Isirayeli+.