1 Abami 17:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Kuko Yehova Imana ya Isirayeli avuze ati: “Ifu iri muri uwo mubindi munini ntizohera, n’amavuta ari muri ako gakarabo ntazohera gushika umusi jewe Yehova nzotuma imvura igwa mu gihugu+.”» 1 Abami Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 17:14 Umunara w’Inderetsi,15/2/2014, rup. 14
14 Kuko Yehova Imana ya Isirayeli avuze ati: “Ifu iri muri uwo mubindi munini ntizohera, n’amavuta ari muri ako gakarabo ntazohera gushika umusi jewe Yehova nzotuma imvura igwa mu gihugu+.”»