1 Abami 18:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Haciye igihe, mu mwaka ugira gatatu+ kuva uruzuba rutanguye*, Yehova abwira Eliya ati: «Genda ubonane na Ahabu, kuko ndi mu kugwisha imvura mu gihugu+.» 1 Abami Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 18:1 Umunara w’Inderetsi,1/4/2008, rup. 19
18 Haciye igihe, mu mwaka ugira gatatu+ kuva uruzuba rutanguye*, Yehova abwira Eliya ati: «Genda ubonane na Ahabu, kuko ndi mu kugwisha imvura mu gihugu+.»