1 Abami 18:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Obadiya ariko aragenda, Eliya aza amutumbereye. Obadiya aca aramumenya maze aramwunamira mu maso hiwe hashika hasi, avuga ati: «Uwo mbona ni wewe ga databuja Eliya+?»
7 Obadiya ariko aragenda, Eliya aza amutumbereye. Obadiya aca aramumenya maze aramwunamira mu maso hiwe hashika hasi, avuga ati: «Uwo mbona ni wewe ga databuja Eliya+?»