1 Abami 18:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ndakurahiye Yehova Imana nzima, yo Mana yawe, yuko ata hanga canke ubwami na bumwe umwami atarungitsemwo abantu kuguhiga. Abo muri ubwo bwami canke iryo hanga bavuze ngo: “Nta wuhari”, umwami yaca ababwira barahire yuko bakubuze+.
10 Ndakurahiye Yehova Imana nzima, yo Mana yawe, yuko ata hanga canke ubwami na bumwe umwami atarungitsemwo abantu kuguhiga. Abo muri ubwo bwami canke iryo hanga bavuze ngo: “Nta wuhari”, umwami yaca ababwira barahire yuko bakubuze+.