1 Abami 18:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Databuja, ntibakubwiye ivyo nakoze igihe Yezebeli yica abahanuzi ba Yehova? Naranyegeje mu masenga abahanuzi ba Yehova 100, ndabanyegeza mu migwi y’abantu 50, nkaza ndabaronsa umukate n’amazi+.
13 Databuja, ntibakubwiye ivyo nakoze igihe Yezebeli yica abahanuzi ba Yehova? Naranyegeje mu masenga abahanuzi ba Yehova 100, ndabanyegeza mu migwi y’abantu 50, nkaza ndabaronsa umukate n’amazi+.