1 Abami 18:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Ariko Eliya avuga ati: «Ndakurahiye Yehova Nyeningabo, we Mana nzima nkorera*, uyu musi ndabonana na shobuja.»
15 Ariko Eliya avuga ati: «Ndakurahiye Yehova Nyeningabo, we Mana nzima nkorera*, uyu musi ndabonana na shobuja.»